NT Kirundi

Page 1

Aya majambo ni ayo uwiyita yuko ari umwana w’Imana kandi akavuga ko Imana ari Se wiwe. Iki gitabo kivuga inkuru ziwe. Izina ryiwe ni Yesu. Vy’ukuri ivyo Yesu yavuze vyose vyagumye ari ukuri kudahinduka, harimwo n’amasezerano yiwe yo guha ubugingo budashira uwumwizeye wese. Ntiyari umunyedini.

IGITABO C’UBUGINGO

Ni jewe nzira n’ukuri n’ubugingo. Nta wushika kwa Data ntamujanye.

Soma iki gitabo citwa Isezerano Risha hanyuma uhe Imana akanya ivugane nawe.

Soma ivyerekeye iherezo ryawe!

Iki gitabo si ico kugurisha.

I s e z e r a n o R i s h a

Soma ibijanye n’iherezo ry’abantu n’ibizoshikira iyi si yacu mu bihe bizoza.

IGITABO C’UBUGINGO I s e z e r a n o

R i s h a


Turn static files into dynamic content formats.

Create a flipbook
Issuu converts static files into: digital portfolios, online yearbooks, online catalogs, digital photo albums and more. Sign up and create your flipbook.
NT Kirundi by MediaServe - Issuu